Skip Navigation

DVD Ilustrado Multilíngue

The Biology of Prenatal Development


6 Meses - Nascimento


IBINYABUZIMA BIJANA NO GUTWITA

.Kirundi [Kirundi (Rundi)]


 

Baixar Versão em PDF  O Que é PDF?
 

Capítulo 43   5 a 6 Meses (20 a 24 Semanas): Responde ao Som; Cabelo e Pele; Idade de Viabilidade

Mugihe c' amayinga 24 ibitsike vy'amaso bifunguka bushasha akayoya gakubita ingohe. Ivyo bituma kagira urusaku nkuko bigenda mu igi rizavamo igitsina gore.

Abashakashatsi benshi bavuga ko urusaku rwinshi rushobora kugira ingaruka mbi kubuzima bw'uruyoya. Ingaruka z'ako kanya harimo kwiyongera umutima guteraguza, akayoya kamira bikabije, no guhindagurika mu myifatire. Ingaruka z'igihe kirekire akayoya gapfa amatwi.

Inshuro zo guhumeka zishobora kwiyongera cyane kugeza kunshuro 44 mu guhumeka no gusohora umwuka ku munota.

Mugihe c'amezi 3 ya mbere yo gutwita gukura vuba k'ubwonko bitwara 50% vy'ingufu zikoreshwa n'akayoya. Ibiro vy'ubwonko vyiyongera hagati ya 400 na 500%.

Mu m'amayinga 26 amaso azana amarira.

Imboni zerekana kubona urumuri nyuma y' amayinga 27. Ubwo buryo bugenzura uburemere bw'urumuri iyo rugeze aho ijisho ryakirira urumuri mubuzima bwose.

Ibifasha bindi vyose bikenewe biba vyuzuye kugira ngo uburyo bwo kwihumuriza bukore. Ubuhanga kuvyerekeranye n'abana bavuka badashitse bwerekana ubushobozi bwo kumva impumuro ivyo biba mugihe c'amayinga 26 nyuma yo gusama.

Bishira ibinyasukari mumufuka ugira amavuta vyongera uburyo akayoya kamira. Igitangaje, ibigabanya akayoya kumira n'iyo gahuye n'ibintu birura. Akenshi kagaragaza gukambya isura.

Biciye muruhuri rw'intera nko kunyagambura amaguru bimeze nko kugenda n'amaguru, akana karibirindura.

Akayoya gasa n'akihinye nk'amavuta y'inyongera ari munsi y'uruhu. Amavuta afite uruhare rukomeye Mu kubumbatira ubushuhe bw'umubiri no kuzigama ingufu nyuma yo kuvuka.

Capítulo 44   7 a 8 Meses (28 a 32 Semanas): Discriminação de Sons, Estados Comportamentais

Mugihe c' amayinga 28 akayoya gashobora gutandukanya urusaku rwinshi n'urusaku rukeya.

Mugihe c' amayinga 30, uburyo bwo guhumeka buba busanzwe gahumeka mu kigererenyo gihwanye na 30 kugeza kuri 40%.

Mugihe c'amezi 4 yanyuma yo gutwita, akayoya kerekana gukora ibintu bifite bisobanutse bijana n'ibihe vyo kuruhuka. Iyo myifatire yerekana kwiyongera muburyo budasobanutse imikorere y'iteraniro ry'ibituma umuntu yumva.

Capítulo 45   Os Membros e a Pele

Hafi amayinga 32 amashami nyayo y'ubuhumekero, cangwa "udufuko" tw'utuburungu tw'umuka, dutangura gukura mu bihaha. Tuzakomeza gukura kugeza igihe c'imyaka 8 nyuma y'ivuka.

Mugihe c' amayinga 35 akayoya kaba gafunze igipfunsi.

Akayoya kerekana ibintu binyuranye bituma umwana atakaza guhitamo guhonja nyuma yo kuvuka. Urugero, abavyeyi barya ivyatsi bifite kuba vyoboreza, bituma umwana akunda ibija gusa navyo nyuma y'ivuka. Utuyoya tutagira aho twahuriye n'ibisindisha ntitubikunda.

Capítulo 46   9 Meses até o Nascimento (36 Semanas até o Nascimento)

Uruyoya rutangura akazi ko gukora uruhuri rw'ibiganisha inzira y'agateganyo hagati y'igi n'uruyoya rwavutse.

Ako kazi kagaragazwa n'ubwivumbagatanye mu kiziba c'inda, bituma umwana avuka.

Guhera igihe co gusama kugeza igihe co kuvyara na nyuma yaho, umubiri w'umuntu wubaka imbaraga mu buryo butaziguye bukomeza. Ubuvumbuzi bushasha muri urwo rutonde burerekana ingaruka ku mwana mu buzima bwe bwose.

Nkuko twashoboye kumva Mu vyerekeranye n'amajambere y'umubiri w'umuntu, ni ingenzi kurinda ubuzima bw'umwana mbere na nyuma yo kuvuka.
6 Meses - Nascimento