Skip Navigation

DVD Ilustrado Multilíngue

The Biology of Prenatal Development




IBINYABUZIMA BIJANA NO GUTWITA

.Kirundi [Kirundi (Rundi)]


 

Baixar Versão em PDF  O Que é PDF?
 

Um Embrião de 8 Semanas

Capítulo 30   8 Semanas: Desenvolvimento do Cérebro

Mu m' amayinga 8 ubwonko buba bwarakuze rwose buba bungana na kimwe ca kabiri c'ibiro vyose vy'uruyoya.

Gukura gukomeza kwihuta Ku buryo budasanzwe.

Capítulo 31   Característica de Destro e Canhoto

Mugihe c' amayinga 8, 75% vy'inzoya ahanini zerekana iburyo bwazo. Igihimba gisigaye kigabanyamo imigabane ingana hagati y'ibumoso n'ahandi. Ivyo nivyo bimenyetso vy'uko umwana azakoresha indyo cangwa imoso.

Capítulo 32   Virar

Abaganga bavura abana nibo babifitemo "ubuzobere" nkuko bigaragara mu m' amayinga 10 kugeza ku 20 nyuma yo kuvuka. Ariko nanone, urwo ruhererekane ruhambaye rwerekana bigikubita aho uburemere buke buri bwa ya mavuta arinda igi gukomereka. Keretse gusa habuze imbaraga zikenewe kugira ngo haneshwe ibogama ry'ingufu ziturutse kuruhande ubundi ikiziba c'inda kirinda umwana impanuka.

Uruyoya rutangura gukubagana muri ico gihe.

Ashobora gukubagana buhoro cangwa cane, rimwe cangwa kenshi, kubushake cangwa hari impamvu.

Umutwe kuwubona ahandi, ijosi ari uko, n'akaboko kakagaragara ivyo bikunze kubaho.

Gukora ku ruyoya bituma rukinisha imisaya, rukerekana gupfumbata cane, no kwereka ino.

Capítulo 33   Fusão da Pálpebra

Hagati y' amayinga 7 n'8, ibitsike vy'amaso bikura vuba hejuru y'amaso bikaja no kwegerana.

Capítulo 34   Movimento de Respiração e Micção

Nubwo nta muyaga uba uri mu kiziba c'inda, uruyoya rwerekana rimwe na rimwe uburyo bwo guhumeka mu m'ayinga 8.

Muri iki gihe, imfyiko zisohora amasobe akaja muri wa mufuka w'amavuta.

Mw'isoro rizovukamo igitsina gabo, haboneka ibimenyetso vyuko hazavuka umuhungu.

Capítulo 35   8 a 9 Meses (32 a 36 Semanas): Formação dos Alvéolos, Segurar com Força, Preferências de Gosto

Amagufwa, ingingo, inyama, ibitekerezo, n'imitsi y'amaraso vy'umubiri bija gusa n'ivy'abantu bakuru.

Mu m' amayinga 8 uruhu rwo hanze, cangwa uruhu rusanzwe, rufata imbera byombi, rutakaza ububonerane bwarwo.

Ingohe zikura nk'umusatsi ugaragara iruhande rw'umunwa.

Capítulo 36   Resumo das Primeiras 8 Semanas

Amayinga 8 bigaragaza kurangira igihe c'isoro.

Muri iki gihe, isoro ry'umuntu riba ryararumbutse kuva kukaburungu kamwe kugeza hafi k'utuburungu miriyardi 1 arivyo bigira ibihimba birenze 4,000 vy'umuntu.

Ubwo rero isoro riba rifite ibirenze 90% vy'ibihimba biboneka mu bantu bakuru.