| |
O Período Fetal (8 semanas até o Nascimento)
Capítulo 37 9 Semanas: Engole, Suspira e se Estica
|
| |
| Igihe co gukura kirakomeza
kugeza igihe co kuvuka.
|
| Mu m' amayinga 9,
nibwo konka bitangura
n'ikiziba c'inda gishobora
kumira ya mavuta.
|
| Ikiziba c'inda
gishobora gupfumbata ikintu,
kikajana umutwe imbere
n'inyuma,
umusaya ugafunguka no gufunga,
ururimi rugakora vyose.
Mu maso hagaragara uburyo
bwo kumva, ibiganza,
n'udutsintsino twerekana
ibimenyetso vy'ubuzima.
"Mu kwerekana ko wakoze
ku gatsinsino,"
agahinja gakinisha amanyiginya
gashobora guhina ivi n'amano.
|
| Ibitsike vy'amaso
ubu birabumvye pe.
|
| Mu muhogo, hagaragara
ibituma umuntu agira ijwi
kikaba ari ikimenyetso
c'uko ijwi ririmo rikura.
|
| Mu isoro ry'igitsina gore,
ikiziba c'inda kigaragaza
utuburungu tw'imbuto zidafashe
zivyara ziranga igitsina gore,
zikuba kenshi mu mufuka
w'uruvyaro.
Ibihimba bigaragara vy'uruvyaro
bitangura kwigaragaza ubwavyo
niba ari igitsina gabo cangwa
igitsina gore.
|
Capítulo 38 10 Semanas: Revira os olhos e Boceja, Unhas e Impressões Digitais
|
| |
| Ubuturumbuke mumikurire
hagati y'amayinga 9 na 10
vyongera ibiro y'umubiri
inshuro zirenze 75%.
|
| Mugihe c' amayinga 10
ibitsike vyo hejuru y'ijisho
bipfundikira ijisho
bikanarikoresha.
Akayoya karayura, akenshi
karafungura kakanafunga umunwa.
|
| Utuyoya twinshi
turigata igikumwe c'iburyo.
amwe mu mara yo mu mukondo
asubira mugitereko c'inda.
|
| Amagufwa atangura gukomera
|
| Inzara z'intoki n'iz'amaguru
zitangura gukura.
|
| Ibimenyetso vy'intoki bigaragara
amayinga 10 nyuma yo gusama.
Izo manzi zishobora kugaragara
mu buzima bwose.
|
Capítulo 39 11 Semanas: Absorve Glicose e Água
|
| |
| Mugihe c'amayinga 11
izuru n'umunwa
biba bigaragara.
Nkuko kuri buri gihimba kindi
c'umubiri,
kuri buri intera
isura y'umubiri izohinduka
mu buzima bw'umuntu.
|
| Amara atangura gukurura
ibifite isukari n'amazi
vyamizwe n'uruyoya.
|
| Igitsina kimenyekana
igihe co gusama,
ingingo zigaragara z'ubuvyeyi
noneho zishobora
gutandukanywa
igitsina gabo cangwa igitsina gore.
|