| |
Capítulo 43 5 a 6 Meses (20 a 24 Semanas): Responde ao Som; Cabelo e Pele; Idade de Viabilidade
|
| |
| Mugihe c' amayinga 24
ibitsike vy'amaso bifunguka bushasha
akayoya gakubita ingohe.
Ivyo bituma kagira urusaku
nkuko bigenda mu igi
rizavamo igitsina gore.
|
| Abashakashatsi benshi bavuga ko
urusaku rwinshi
rushobora kugira ingaruka mbi
kubuzima bw'uruyoya.
Ingaruka z'ako kanya
harimo kwiyongera
umutima guteraguza,
akayoya kamira bikabije,
no guhindagurika mu myifatire.
Ingaruka z'igihe kirekire
akayoya gapfa amatwi.
|
| Inshuro zo guhumeka
zishobora kwiyongera cyane
kugeza kunshuro 44 mu guhumeka
no gusohora umwuka ku munota.
|
| Mugihe c'amezi 3 ya mbere
yo gutwita
gukura vuba k'ubwonko
bitwara 50% vy'ingufu
zikoreshwa n'akayoya.
Ibiro vy'ubwonko vyiyongera
hagati ya 400 na 500%.
|
| Mu m'amayinga 26
amaso azana amarira.
Imboni zerekana kubona urumuri
nyuma y' amayinga 27.
Ubwo buryo bugenzura
uburemere bw'urumuri
iyo rugeze aho ijisho
ryakirira urumuri mubuzima bwose.
|
| Ibifasha bindi vyose bikenewe
biba vyuzuye kugira ngo
uburyo bwo kwihumuriza bukore.
Ubuhanga kuvyerekeranye n'abana
bavuka badashitse
bwerekana ubushobozi bwo
kumva impumuro
ivyo biba mugihe c'amayinga 26
nyuma yo gusama.
Bishira ibinyasukari
mumufuka ugira amavuta
vyongera uburyo
akayoya kamira.
Igitangaje, ibigabanya
akayoya kumira
n'iyo gahuye n'ibintu birura.
Akenshi kagaragaza
gukambya isura.
|
| Biciye muruhuri rw'intera
nko kunyagambura amaguru
bimeze nko kugenda n'amaguru,
akana karibirindura.
|
| Akayoya gasa n'akihinye
nk'amavuta y'inyongera
ari munsi y'uruhu.
Amavuta afite uruhare rukomeye
Mu kubumbatira ubushuhe bw'umubiri
no kuzigama ingufu nyuma
yo kuvuka.
|
Capítulo 44 7 a 8 Meses (28 a 32 Semanas): Discriminação de Sons, Estados Comportamentais
|
| |
| Mugihe c' amayinga 28
akayoya gashobora gutandukanya
urusaku rwinshi
n'urusaku rukeya.
|
| Mugihe c' amayinga 30,
uburyo bwo guhumeka buba busanzwe
gahumeka mu kigererenyo
gihwanye na 30 kugeza kuri 40%.
|
| Mugihe c'amezi 4 yanyuma
yo gutwita,
akayoya kerekana gukora
ibintu bifite bisobanutse
bijana n'ibihe vyo kuruhuka.
Iyo myifatire
yerekana kwiyongera muburyo
budasobanutse imikorere
y'iteraniro ry'ibituma umuntu
yumva.
|
Capítulo 45 Os Membros e a Pele
|
| |
| Hafi amayinga 32
amashami nyayo y'ubuhumekero,
cangwa "udufuko" tw'utuburungu
tw'umuka,
dutangura gukura mu bihaha.
Tuzakomeza gukura kugeza
igihe c'imyaka 8 nyuma y'ivuka.
|
| Mugihe c' amayinga 35
akayoya kaba gafunze igipfunsi.
|
| Akayoya kerekana
ibintu binyuranye
bituma umwana atakaza guhitamo
guhonja nyuma yo kuvuka.
Urugero, abavyeyi barya ivyatsi
bifite kuba vyoboreza,
bituma umwana akunda ibija gusa
navyo nyuma y'ivuka.
Utuyoya tutagira aho twahuriye
n'ibisindisha ntitubikunda.
|
Capítulo 46 9 Meses até o Nascimento (36 Semanas até o Nascimento)
|
| |
| Uruyoya rutangura akazi
ko gukora uruhuri rw'ibiganisha
inzira y'agateganyo hagati y'igi
n'uruyoya rwavutse.
Ako kazi kagaragazwa
n'ubwivumbagatanye mu kiziba c'inda,
bituma umwana avuka.
|
| Guhera igihe co gusama kugeza
igihe co kuvyara na nyuma yaho,
umubiri w'umuntu wubaka imbaraga
mu buryo butaziguye bukomeza.
Ubuvumbuzi bushasha
muri urwo rutonde
burerekana ingaruka ku mwana
mu buzima bwe bwose.
Nkuko twashoboye kumva
Mu vyerekeranye n'amajambere
y'umubiri w'umuntu, ni ingenzi
kurinda ubuzima bw'umwana
mbere na nyuma yo kuvuka.
|