| |
Um Embrião de 8 Semanas
Capítulo 30 8 Semanas: Desenvolvimento do Cérebro
|
| |
| Mu m' amayinga 8 ubwonko
buba bwarakuze rwose
buba bungana na kimwe ca kabiri
c'ibiro vyose vy'uruyoya.
Gukura gukomeza kwihuta
Ku buryo budasanzwe.
|
Capítulo 31 Característica de Destro e Canhoto
|
| |
| Mugihe c' amayinga 8, 75% vy'inzoya
ahanini zerekana iburyo bwazo.
Igihimba gisigaye
kigabanyamo imigabane ingana
hagati y'ibumoso n'ahandi.
Ivyo nivyo bimenyetso vy'uko
umwana azakoresha indyo cangwa imoso.
|
Capítulo 32 Virar
|
| |
| Abaganga bavura abana
nibo babifitemo "ubuzobere"
nkuko bigaragara mu m' amayinga 10
kugeza ku 20 nyuma yo kuvuka.
Ariko nanone,
urwo ruhererekane ruhambaye
rwerekana bigikubita
aho uburemere buke buri
bwa ya mavuta arinda igi
gukomereka.
Keretse gusa
habuze imbaraga zikenewe
kugira ngo haneshwe ibogama
ry'ingufu ziturutse kuruhande
ubundi ikiziba c'inda
kirinda umwana impanuka.
|
| Uruyoya rutangura
gukubagana muri ico gihe.
Ashobora gukubagana buhoro
cangwa cane,
rimwe cangwa kenshi,
kubushake cangwa hari impamvu.
Umutwe kuwubona ahandi, ijosi
ari uko, n'akaboko kakagaragara
ivyo bikunze kubaho.
|
| Gukora ku ruyoya
bituma rukinisha imisaya,
rukerekana gupfumbata cane,
no kwereka ino.
|
Capítulo 33 Fusão da Pálpebra
|
| |
| Hagati y' amayinga 7 n'8,
ibitsike vy'amaso
bikura vuba hejuru y'amaso
bikaja no kwegerana.
|
Capítulo 34 Movimento de Respiração e Micção
|
| |
| Nubwo nta muyaga uba uri
mu kiziba c'inda,
uruyoya rwerekana rimwe na rimwe
uburyo bwo guhumeka mu m'ayinga 8.
|
| Muri iki gihe,
imfyiko zisohora amasobe
akaja muri wa mufuka w'amavuta.
Mw'isoro rizovukamo
igitsina gabo,
haboneka ibimenyetso vyuko
hazavuka umuhungu.
|
Capítulo 35 8 a 9 Meses (32 a 36 Semanas): Formação dos Alvéolos, Segurar com Força, Preferências de Gosto
|
| |
| Amagufwa, ingingo,
inyama, ibitekerezo,
n'imitsi y'amaraso vy'umubiri
bija gusa n'ivy'abantu bakuru.
Mu m' amayinga 8 uruhu rwo hanze,
cangwa uruhu rusanzwe,
rufata imbera byombi,
rutakaza ububonerane bwarwo.
Ingohe zikura nk'umusatsi
ugaragara iruhande rw'umunwa.
|
Capítulo 36 Resumo das Primeiras 8 Semanas
|
| |
| Amayinga 8 bigaragaza
kurangira igihe c'isoro.
Muri iki gihe, isoro ry'umuntu
riba ryararumbutse kuva
kukaburungu kamwe
kugeza hafi k'utuburungu
miriyardi 1
arivyo bigira ibihimba
birenze 4,000 vy'umuntu.
Ubwo rero isoro riba rifite
ibirenze 90% vy'ibihimba
biboneka mu bantu bakuru.
|